SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

By SBS

Listen to a podcast, please open Podcast Republic app. Available on Google Play Store and Apple App Store.

Image by SBS

Category: Daily News

Open in Apple Podcasts


Open RSS feed


Open Website


Rate for this podcast

Subscribers: 3
Reviews: 0
Episodes: 390

Description

Independent news and stories from SBS Audio, connecting you to life in Australia and Kirundi-speaking Australians. - Amakuru yo kwizera hamwe n’inkuru ziguha akaryo ko kumenya ivy’ubuzima muri Australie co kimwe n’umuryango ndundi uba muri Australie.

Episode Date
Bonus Practice: #121 Picking up a prescription (Med) - Bonus Practice: #121 Gutora umuti wandikiwe na muganga (Med)
Oct 14, 2026
#121 Picking up a prescription (Med) - #121 Gutora umuti wandikiwe na muganga (Med)
Oct 14, 2026
Breast screening: What to expect and why it matters - Kwisuzumisha amabere: Ivyo wokwitega n’igituma bihambaye
Oct 13, 2026
What are Indigenous Protected Areas in Australia? - Ibibanza bikingiwe n’abasangwabutaka muri Australiya ni ibihe?
Oct 06, 2026
Amategeko akorwa gute, kandi akugirako ingaruka gute | Ingene Australiya ikora
Oct 06, 2026
Indimi ziriko zirahinduka muri Australiya zituma SBS isubiramwo ingene ishikiriza ibiganiro
Oct 06, 2026
Kuki ubutegetsi butandukanye, kandi ni gute bugukingira? | Ingene Australiya ikora
Sep 30, 2026
Ninde vyukuri atwara Australiya, woba ufise ikibanza icahe | Ingene Australiya ikora
Sep 22, 2026
Waramaze kuba uwaha | Ingene Australiya ikora
Sep 22, 2026
Woba utinya urushinge? Ubushakashatsi bushobora kurangiza ibipimo bikorwa harinze kuvomwa amaraso
Jun 12, 2026
Orphan Relative Visa: Ni nde yoyisaba?
Nov 26, 2021
Uko utegura umusi niko wabwirizwa gutegura ijoro, wobigenza gute?
Nov 22, 2021
A.T.M JEFF yahishuye ibanga ryamufashije igihe yagira isanganya ryahatswe kuzimanganya ubuzima bwiwe
Nov 19, 2021
Igisata c'ubuvuzi cigenga kirageramiwe muri Australia
Nov 14, 2021
Amategeko y'ibarabara atazwi kandi umuntu wese muri Australia akwiye kumenya
Nov 13, 2021
Woba uzi ingaruka amabere bateragira mu bakenyezi atera? Ng'ibi ivyo Australia igiye gukora
Nov 13, 2021
Umuvyeyi yokora iki umwana wiwe anyuzuye canke bamunyuzuye
Oct 31, 2021
Ng'ibi ivyo kominote zitegekanya gukora inyuma ya guma mu rugo
Oct 30, 2021
"Impungenge nari mfise k'umuryango ny'Afrika muri Australia ziriko ziragabanuka", Dr. Emmanuel Ndayisaba
Oct 30, 2021
Ng'ibi bimwe mu bimenyetso vy'indwara y'umutima
Oct 23, 2021
Menya ivyo bagiye gukora inyuma y'imyaka ibiri badasohoka
Oct 23, 2021
Kumenya ibimenyetso vy’indwara yo mu mutwe mbere
Oct 15, 2021
SBS yatanguje isubirwamo rya serivisi y'indimi ikoresha
Oct 15, 2021
Gutwarwa n'ikoreshwa ry'imbuga hwaniro wobihindura bikaguha umwimbu mwiza mu buzima bwawe
Oct 14, 2021
Insiguro ya 'Bridging' viza muri Australia
Oct 13, 2021
Ivyo banki idashaka yuko umenya, ingaruka zo gusaba ingurane ngo urihe ingurane
Oct 09, 2021
"Ingaruka za COVID-19 ni ntibagiranwa co kimwe n'imvune zo mu mitima"
Oct 08, 2021
Australia: Umurundi w'imyaka 24 azimirijwe indoto z'umuziki wiwe hataragera
Oct 01, 2021
Ingurane ihindagurika canke iyidahinduka: Guhitamo ingurane nziza yo kugura inzu
Oct 01, 2021
" Gukatira umunyororo w'imyaka 25 papa wanje n'ugushaka kumucecekesha," niko Kanimba yavuze
Sep 24, 2021
Iyongerezwa ry’ikiringo ku mfashanyo zitangwa na centrelink
Sep 24, 2021
Umurundi yakundwa cane mu kibano yaburiwe irengero, atorwa ari ikiziga
Sep 16, 2021
COVID-19: Umurundikazi w'abana batandatu yaraye arusimvye hamwe n'abana bane mur'abo
Sep 15, 2021
Ni gute wogumana amagara meza mu bihe ingingo zo kurwanya COVID-19 zigifatwa.
Sep 14, 2021
Ikirere c'akanyamuneza nyuma yo gukuraho guma mu rugo.
Sep 10, 2021
Menya ibimenyetso vy'indwara zo mu mutwe
Sep 10, 2021
Ni gute guma mu rugo ishobora ku kwibutsa kahise k'intambara wabayemo?
Sep 09, 2021
"Nabonye mwene wacu arwaye COVID-19 ntaco nemerewe kumufasha kandi tubana mu nzu imwe,"
Sep 04, 2021
"Ndi mu bantu batemera ivy'urucanco ariko nababajwe cane maze kumenya ko nanduye COVID-19," Mugisha arahishura ivyamubayeko
Sep 03, 2021
Ngizi impamvu zogutera kwicandagisha COVID-19, Dr Emanuel NDAYISABA arabiduhishurira
Sep 01, 2021
Imfanshanyo kubafise viza y'agateganyo n'abarondera ubuhungiro.
Aug 28, 2021
Gusigura ivy'amarerero y'abana bakiri bato muri Australia
Aug 27, 2021
Abanyarwanda guhimbaza umuco n'akaranga mu gihe Australia yugarijwe na coronavirus
Aug 21, 2021
Melbourne imaze imisi 200 muri guma mu rugo, mu gihe NSW yakomeje ingingo zo kurwanya COVID-19
Aug 20, 2021
Ingaruka Covid-19 igira ku bavyeyi bategerezwa gufasha abana mu rugo
Aug 19, 2021
Ivyihishije inyuma ya Gura Ubu Urihe nyuma "Buy Now Pay Later"
Jul 28, 2021
Australia: Ingaruka zo kureka viza yawe igahera, menya ico wokora?
Jul 25, 2021
Ingaruka zo gukorera mu rugo kubera COVID-19
Jul 24, 2021
"Kudata intumbero no kwihanga bizogushikana ahushaka"
Jul 15, 2021
NAIDOC: Ibibanza kama ngirakamaro biri hafi yawe
Jul 09, 2021
Uburundi bwatsinze DR Congo mu rukino rwa kivandimwe aho ibihugu vyose vyahimbaza intahe yo kwikukira
Jul 07, 2021
Uburundi bwaronse gute intahe yo kwikukira haheze imyaka 59?
Jun 25, 2021
Akamaro ko gutegura icete gisigura ivy'ubutunzi bwawe mu gihe utakiriho, na cane cane kubimukira
Jun 24, 2021
Abanyamulenge mu myigaragamvyo ku murwa mukuru wa Australia i Canberra
Jun 22, 2021
N'iyihe mpamvu abantu batumva kumwe ibijanye no kwicandagisha COVID-19?
Jun 20, 2021
"Icambabaje kurusha ibindi vyose n'ukwitwa impunzi"
Jun 20, 2021
Australia: Agashimwe Queensland Day Award ko mur'uno mwaka kahawe umurundikazi
Jun 16, 2021
Australia: Umunyarwanda yareze Urwanda muri ONU arwagiriza bakuru biwe baburiwe irengero
Jun 13, 2021
Abayahudi n'abanyafurika ngo basangiye kahise kabishe, iyo miryango ikaba igiye gushinga imigenderanire
Jun 11, 2021
Africanova ati "indirimbo intwari niyo gukundisha abantu igihugu siya poritike"
Jun 10, 2021
Mbega n'igiki kiba mu gihe viza yawe itaye igihe kandi ukaguma muri Australia?
Jun 06, 2021
Dukingire ibidukikije navyo bizodukingira
Jun 04, 2021
Prince Louis Rwagasore n'amarira menshi ati "abo bazungu nzobirukana basubire iwabo"
Jun 03, 2021
Ni iyihe mpamvu yotuma wimukira hagati mu gihugu ukava mu gisagara?
May 30, 2021
Ni gute wogira uruhara mu ndwi yahariwe ukurekuriranira?
May 29, 2021
Kwiga ntibihera mu gihe umuntu akiri muzima
May 21, 2021
Kwibuka ubwicanyi bwabereye ikibeho mu Rwanda ku ncuro ya 26
May 21, 2021
Amwe mu mategeko atazwi cane umuntu wese muri Australia akwiye kumenya
May 20, 2021
Vyifashe gute kubaho udafise viza muri Ausytralia
May 14, 2021
Ingaruka zo kureka viza yawe igata igihe muri Ausralia
May 14, 2021
"Mbangikanya umwuga wo gufata amasanamu hamwe n'urugo"
May 12, 2021
Umwigisha, umupfasoni, umukinyi wa komedi: vyose abironkera umwanya gute?
May 06, 2021
"Akabura ntikaboneke ni nyina w'umuntu"
May 06, 2021
Ivyo ukwiye kumenya mu gihe ushaka kugura imodoka
Apr 30, 2021
Kumenyesha amabi akorerwa mu ngo ni bimwe mubizana inyishu
Apr 30, 2021
"Natakaje imyaka ibiri kubera gufungwa"
Apr 29, 2021
" Twibutse hamwe n'abandi bose bahitanywe na jenoside yakorewe abatutsi mu 1994"
Apr 18, 2021
"Ubuzima bwanje muri gereza za Australia busa gute"
Apr 15, 2021
Australia: Ukutumvikana kuri jenocide yabaye mu Rwanda mu 1994
Apr 15, 2021
Mbega Abanyarwanda biyumva gute iyo bibuka ivyabaye mu 1994
Apr 11, 2021
Ni gute wosaba ingurane inyuma yo gukora ubushakashatsi bwawe
Apr 09, 2021
Kwibuka ihonyabwoko ryabaye mu Rwanda ku ncuro ya 27, amatariki co kimwe n'abishwe ntivyemeranywa kumwe
Apr 08, 2021
Guhimbaza pasika mu bihe vya COVID-19 bisigura iki?
Apr 04, 2021
Ni gute wosubira mu kazi kawe, wirinze COVID-19
Apr 03, 2021
Gutahura amabi akoregwa mu ngo z'abanya Afrika n'icokorwa
Mar 31, 2021
Inyuma y'urupfu rwa John Pombe Magufuli ngo impunzi zishobora kwitabwaho kurusha
Mar 26, 2021
Haribonekeza ivangura rifatiye ku rukoba mu mazu reta ifashisha abantu kubamwo
Mar 25, 2021
Kwibagira yoba ari indwara ifata abanya Afrika
Mar 19, 2021
Urupfu rwa Dr. John Pombe Magufuli ruvuze iki mu ba Tanzania
Mar 19, 2021
Australia: Mbe bamwe mu barundi bavuga iki ku rucanco rwa COVID-19?
Mar 18, 2021
Australia: Ivyo ukwiye kumenya imbere yuko wimukira muyindi ntara.
Mar 14, 2021
kanseri yo mubihimba vy'irondoka irakira iyo isuzumwe kare.
Mar 14, 2021
COVID-19 ntiyabujije abakenyezi guhimbaza umusi wabagenewe
Mar 08, 2021
Menya akarusho ko kwiga icongereza mu gihe uri mu mahanga.
Feb 20, 2021
Australia: "Turiko turaronderera akazi abarundi bose babishaka"
Feb 18, 2021
Ingaruka zidasanzwe ku bana bakoresha terefone.
Feb 14, 2021
Umubanyi yoba yariwe muryango koko mu gihe c'indyane zabaye mu Burundi?
Feb 11, 2021
Mbega amasezerano y'ubumwe bw'Abarundi yoba akwiye gusubirwamwo?
Feb 09, 2021
Ingaruka z'amabere batera mu bakenyezi, Australia ishaka kuyahagarika
Feb 07, 2021
Wokora iki mu gihe uhawe itegeko ryo kugma mu rugo kandi wagiye gusenga?
Feb 07, 2021
Australia: Inzu zirenga 70 nizo zimaze gusha zigatombera muri Perth
Feb 04, 2021
"Ese iyo nari kuronka uwungira inama imbere y'igihe"
Jan 31, 2021
Abana ni umugisha, ariko...
Jan 30, 2021
Umwe wese afise impamvu zitandukanye zo guhimbaza umusi wahariwe Australia.
Jan 24, 2021
Mbega abavyeyi muzorag'iki abana banyu?
Jan 23, 2021
Ikirundi mu barundi baba hanze y'Uburundi
Jan 21, 2021
Amajambo wo kwiga kuvuga akagufasha uri muri Australia.
Jan 20, 2021
Ubushobozi bw'amajambo
Jan 20, 2021
"Imbere yuko uba umukenyezi, ur'umuntu"
Jan 17, 2021
Imisi yawe yambere muri Australia irashobora ku kugirako ingaruka ibihe vyose
Jan 16, 2021
COVID-19 irabangamiye abidandariza utwabo, mbere no kwugara birahakwa
Jan 12, 2021
Australia: Brisbane mu kato k'imisi itatu
Jan 08, 2021
Kwambara agafukamunwa n'itegeko ubu muri Sydney
Jan 08, 2021
" Twarafashije imiryango myinshi kwimukira ruguru, abandi tubaronsa ubuzi."
Jan 07, 2021
Ubushuhe hamwe n'ukwononekara kw'impu mu ci muri Australia.
Dec 17, 2020
"Ng'uku uko ushobora kuronka amafaranga menshi uyu mwaka."
Dec 17, 2020
"Benshi bakunda kwicishiriza mu nzira za hafi, ariko mu nyuma bikabagirako ingaruka."
Dec 15, 2020
Kirundi: The Uluru Statement from the Heart
Nov 04, 2020
David Nduwimana: Ico yashikirije inyuma yo kuririmba indirimbo y'igihugu ca Australia
Nov 01, 2020
"Inyuma y'ubwoba budasanzwe, imitima iriko irasubirana gushasha."
Oct 30, 2020
Woba uzi ingorane abashitse muri Australia bwa mbere bagira?
Oct 28, 2020
Ni gute Australia yakira impunzi muri COVID-19?
Oct 25, 2020
Ingendo zafashe iyi ntera idasanzwe
Oct 23, 2020
"Iyaba vyokunze ko dufatana mu mugongo nk'abarundi twogeze kure"
Oct 22, 2020
Igihe mu rugo vyanse mur'ikino gihe ca COVID-19
Oct 16, 2020
Umukobwa wa Rusesabagina Paul ati " Ivyo papa avuga siwe, abivuga ahagarariwe n'abamutera ubwoba"
Oct 15, 2020
Umuziki n'ukwidagadura vyifashe gute muri Australia
Oct 11, 2020
"Akanyoni katagurutse ntikamenya iyo bweze"
Oct 09, 2020
Ingaruka COVID-19 yagize kubikorera utwabo
Oct 06, 2020
"Ushatse guhisha ubumenyi umuntu, bushire mu bitabo"
Oct 04, 2020
Uku niko ibice bimwe vyo muri Victoria vyifashe
Oct 02, 2020
Ni gute COVID-19 yahinduye ingene tugandarira abacu
Sep 30, 2020
Australia: Imfanshanyo kubagenda uburwayi bwo kwibagira mu gihugu cose
Sep 27, 2020
Abari kuri viza z'agateganyo bahura n'intambamyi zirenze mu kurondera akazi mur'iki kiza COVID-19
Sep 25, 2020
Hoba hari inyungu nki mu kwimukira ruguru uvuye mu gisagara?
Sep 20, 2020
"Inyuma y'ireresi Cop's enemy, ubu hagezweho iy'urukundo", John k-ay
Sep 19, 2020
"Ibimenyetso bavuga ntavyo nari mfise ariko nsanga naranduye COVID-19"
Sep 11, 2020
"Ibimenyetso bavuga ntavyo nari mfise ariko nsanga naranduye COVID-19"
Sep 11, 2020
"Nahuye n'ingorane nyinshi nkirondera akazi, ariko ubu nize ndamenya"
Sep 06, 2020
Impanuro ku mafaranga n'ingene wobaho mu bihe bigoye
Sep 04, 2020
"Kwigisha ikirimi n'imico vyacu mu bana bizobandanya"
Sep 03, 2020
Ivyo utazi k'umusi wahariwe Abatwa kw'isi.
Aug 30, 2020
Umuziki, n'ivyizigiro vya kazoza mur'iki gihe
Aug 27, 2020
N'iki abakukuruke bipfuza? Menya ico bakeneye
Aug 19, 2020
Woba uzi ivy'umusi mpuzamakungu w'abatwa?
Aug 16, 2020
Abageze mu zabukuru basa n'abibagiranywe
Aug 13, 2020
"Ukugendera mu kivunga, bitera benshi kutamenya aho bweze"
Aug 12, 2020
Imenyereze ku giti cawe muri bino bihe vya COVID-19
Aug 09, 2020
Ubuserukizi bw'Uburundi muri Australia burashora kwandika no gushingira abageni
Aug 07, 2020
COVID-19: Abagera kuri 15 nibo bitavye Imana muri Victoria- Abarundi bahisemo guhererekanya ubumenyi k'umibereho
Aug 05, 2020
"Akanyoni katagurutse ntikamenya iyo bweze"
Jul 28, 2020
Umugore w'umurundikazi akora "comedie" muri Australia
Jul 23, 2020
"Isi ndimwa ni nk'umubiri w'umuntu"
Jul 21, 2020
"Imfungurwa twasumye zugaraniwe mu ntara ya Queensland kubera COVID-19"
Jul 17, 2020
Australia: Abatwa bagize ico basaba umushikiranganji Nsabushimike Imelde
Jul 15, 2020
Australia: N'ibiki wemerewe mu gihe uri kuri visa y'umunyeshuri
Jul 12, 2020
Inyigisho zo kurondera akazi ku banyeshure n'abimukira
Jul 10, 2020
Umusi wo kwikukira k'Uburundi uvuze iki koko?
Jun 28, 2020
'Twigisha inyabwonko k'ubuntu, tukabategurira no gutangura akazi'
Jun 27, 2020
Australia: Ingingo zafashwe mu kugwanya Covid-19 zasubijweho muri Victoria
Jun 24, 2020
Abarundi batarahabwa ubuhungiro muri Australia b'abayeho gute?
Jun 21, 2020
"Nkoresha akarima kinyuma y'urugo mu kwigisha abana"
Jun 20, 2020
'Tugiye kwandika tubwire Australia inkuru zacu zo muri Afrika'
Jun 13, 2020
Australia: 'Turafasha abashaka kuja kuba hagati mu gihugu'
Jun 12, 2020
'Incuti y'ukuri uyibonera mu magorwa'
Jun 05, 2020
Ireresi y'umurundi aba muri Australia mw'ihiganwa muri Amerika
Jun 04, 2020
Australia- 'Abarundi bose bakwiye kugira akarima ko musi y'urugo'
May 29, 2020
ATM Jeff 'Abavyeyi bakwiye gushigikira abana babo mu vyo bakora'
May 28, 2020
Inzira irashe yo gutegura no gusaba itagisi warishe
May 24, 2020
Abarundi baba muri Australia bavuze akari k'umutima ku matora y'ejo mu Burundi
May 19, 2020
Kugira amagara meza ntibibuza kwandura kanseri ifatira mu bihimba vy'irondoka
May 17, 2020
Burundi: Nahimana Dieudonné ati "Turipfuza kubona umurundi wese aroranirwa mu kibano no muri vyose"- None ngo bisigura iki?
May 16, 2020
"COVID-19 yampaye akanya ko guhungurura ibigori nari nimbuye"
May 14, 2020
Impungenge ni zose ku mpunzi n’abimukira baraye baje muri Australia
May 13, 2020
N'inde yitayeho abaganga bitayeho abarwayi ba COVID-19
May 08, 2020
Mu Burundi: Francis Rohero umukandida yigenga ngo "mfise imigambi myinshi k'Uburundi"
May 07, 2020
Intara ya Queensland muri Australia yatezuriye zimwe mu ngingo zafashwe mu kwirinda COVID-19 - Menya izarizo
Apr 30, 2020
Igitabo kizito Mihigo yanditse mu myaka ibiri, gisohotse inyuma y'amezi abiri apfuye.
Apr 29, 2020
Bamwe mu barongonzi b'Abarundi baba muri Australia bavuga iki kuri COVID-19
Apr 25, 2020
"COVID-19 yampaye akanya gakwiye ko gukora ivyo nkunda cane"
Apr 23, 2020
Kwitegurira urucanco rw'ibicurane Influenza mur'ibihe vya COVID-19
Apr 22, 2020
Ubuserukizi bw'Uburundi muri Australia bwifashe gute muri ibi bihe?
Apr 16, 2020
Uburenganzira bwawe hamwe n'ivyo utegerezwa gukora.
Apr 15, 2020
Bibiliya ivuga iki kuri Coronavirus
Apr 09, 2020
Ni iki wokora kugira ngo urudandaza rwawe rugume rwemye muri ibi bihe vya Coronavirus
Apr 08, 2020
"Naje nje mu karuhuko none sinzi igihe nzotahira muhira, vyose bitewe na Coronavirus"
Apr 03, 2020
Igikorwa co kuzurana iteka abishwe 1972 mu Burundi gifise izihe ngaruka ku babuze ababo muri ikigihe
Apr 02, 2020
Maze imisi icenda niyugaranye mu cumba kubera Coronavirus
Apr 01, 2020
Abanyarwanda bo muri Queensland babanye gute?
Mar 27, 2020
"Reta ntiyatomoye neza ingingo yo kurungika abana kwishuri", twakoze uko tuvyumva
Mar 26, 2020
Inkuka y'imisa yo gusabira Kizito Mihigo muri Australia: "Urupfu rwiwe ntirushingiye ku ndirimbo yasohoye"
Mar 17, 2020
Abarenga 100 banduye COVID-19 muri Australia.
Mar 12, 2020
Noba nkwiye kugurana amahera abana banje?
Mar 10, 2020
Ireresi y'umurundi aba muri Australia yatowe muri Hollywood (USA)
Mar 07, 2020
Impunzi muri Australia ziri muy'abira: Ni gute wobeshaho umuryango udashobora kurihira abana ishuri
Mar 06, 2020
Woba wipfuza gusaza neza? Iga ikindi kirimi gishasha.
Mar 05, 2020
Abakoresha bahawe amahirwe yo kuriha abakozi amafaranga yabo yo kwiziganyiriza batabarishe
Feb 28, 2020
MAP- Burundi Buhire ntizokwitabira amatora u Burundi bwimirije ngo kuko atunganijwe nabi
Feb 27, 2020
Abasirikare ba Australia bafashije i Kibeho mu Rwanda, bahawe imidari mu birori vyo kwibuka haheze imyaka 25.
Feb 26, 2020
Umugambi wigisha abana ku rwanya ivangura rifatiye ku rukoba no kunyuzurwa
Feb 21, 2020
Ni gute ukwiye kwitgurira ikibazo (interview) ca akazi
Feb 20, 2020
Abatavuga rumwe na reta ya kigali bariyamiriza ivyashikirijwe na porisi ku rupfu rwa kizito mihigo
Feb 18, 2020
Abarundi baba mu bushinwa boba bageramiwe gute na Coronavirus
Feb 14, 2020
Papa Francis yanse kwemeza icipfuzo c'abubatse co kurangura amabanga y'ubupatiri
Feb 13, 2020
Ingaruka zo kutisuzumisha amaso
Feb 12, 2020
kidumu yagize ati " Ni bareke gufatanya ibikorwa vyanje na poritike'
Feb 08, 2020
Ni iki wokora kugira ube umwe mu bazimyamiriro?
Feb 06, 2020
Itegeko ryemerera abantu kunywa urumogi ryemejwe ku murwa mukuru i Canberra, Australia
Feb 05, 2020
Ivyo ukwiye kumenya no kwitararika kubijanye na Coronavirus
Jan 30, 2020
Jenerari Majoro Evariste Ndayishimiye niwe azoserukira umugambwe Cndd-Fdd
Jan 29, 2020
Mbega umusi uzwi nka Asutralia Day usigura iki?
Jan 29, 2020
'Ubwiza bw'akayaga duhema bwaraye bwononekaye cane'
Jan 25, 2020
Aba patiri boba bagiye kwemererwa kurongora vuba?
Jan 25, 2020
Ni ibiki bikenewe kugira uronke ubwenegihugu bwa Australia
Jan 24, 2020
Woba wipfuza kumenya gutwara ubwato, no kuroba?
Jan 19, 2020
Jeremie Ngendakumana yatwara umugambwe CNDD-FDD yashinze umugambwe mushasha PDG-Girubuntu
Jan 16, 2020
Inyabwonko zarushije aba dogiteri mu gusuzuma kanseri ifatira mu mabere
Jan 14, 2020
Inzu zirenga 1500 nizo zimaze gusha zigatombera muri Australia
Jan 07, 2020
Habuze iki ngo intambara irangire mu Minembwe?
Nov 28, 2019
Waruzi yuko hariho abogusaba amafaranga ngo bazoguha viza?
Nov 28, 2019
Reta yatanze ibibanza 25 000 kuri viza z'abashaka kuba hagati mu gihugu
Nov 27, 2019
Abarenga ijana nibo bamaze guhitanwa n'indwano zibera mu Minembwe
Nov 23, 2019
Wokwirinda gute kanseri yo ku rukoba
Nov 22, 2019
Ingene wokwirinda imiriro ya nyakanga.
Nov 15, 2019
Settlement Guide: How to prevent drowning - Wokwirinda gute gusoma nturi
Nov 14, 2019
Ni kuki abakoresha bacuna bupfuni na buhoro abakozi hamwe n'abafise viza z'agateganyo
Nov 13, 2019
Woolworths underpayments affects nearly 6000 workers - Abakozi bagera 6000 ba supermarhce woolworths nibo boba batarishwe
Nov 09, 2019
Settlement Guide: Sexual harassment and your rights at a workplace - Ugukubagurwa bifatiye ku gitsina hamwe n'uburenganzira bwawe mu kazi kawe
Nov 08, 2019
Healing and unity through games among five countries - Gukira ibikomere n'ubumwe hagati y'ibihugu bitanu biciye mu nkino.
Nov 06, 2019
Coffee sales helping genocide survivors in Rwanda - "Tugurisha ikawa kugira dufashe abacikacumu mu Rwanda"
Nov 03, 2019
Burundian Youth vows to watch each other's back - Urwaruka rw'abarundi rwiyemeje gufata iyambere mu bibazo biruhanze
Nov 01, 2019
' We help refugees get jobs' - 'Turafasha impunzi kuronka akazi muri Australia
Oct 30, 2019
Six countries, six games in one day - Inkino zitandatu,ku musi umwe hagati y'ibihugu bitandatu
Oct 25, 2019
Rwandan genocide survivors transform lives through coffee - Abacitse kw'icumu mu Rwanda bahisemwo gufasha abandi
Oct 24, 2019
You could be earning less than what you deserve - Ushobora kuba wibwa umushahara wawe.
Oct 23, 2019
'Two new regional visas for skilled workers' - 'Viza nshasha zabashaka kuba hagati mu gihugu'
Oct 20, 2019
Does Australia value your culture? - Australia yoba iha agaciro imicokama yawe?
Oct 19, 2019
How well do young Burundians in Australia know their democracy and independence fighters? - Mbega abakiri bato boba bazi incungu ya haraniye kwikura na demokarasi mu Burundi?
Oct 18, 2019
Australia may soon ban breasts implants - Australia ishobora guhagarika ikoreshwa ry'amabere batera mu bakenyezi.
Oct 13, 2019
Viva: Warning signs of a heart attack - Viva: Woba waruzi ibimenyetso ntamusiga vy'indwara y'umutima?
Oct 11, 2019
Expert warns against increasing risk of cybercrime - Abahinga baragabisha abantu ingene bokwirinda mu bitero bica ku buhinga ngurukanabumenyi.
Oct 08, 2019
'We chose to cultivate our vegetables rather than picking them from the shelves' - 'Twahisemwo kurima ngo turondere akanovera k'imfungurwa kama'
Oct 06, 2019
Disability gap - Ubusumbasumbane mu bagendana ubumuga
Oct 05, 2019
Working visa - Viza ikwemerera gukora akazi
Oct 04, 2019
Abortion is not a crime now in NSW - Ugukuramwo inda ntibigihanwa n'amategeko muri NSW
Oct 01, 2019
Concerns over interpreters in family violence cases - Ingorane ku basemuzi bafasha imiryango iri mwi bombora bombora
Sep 27, 2019
Settlement Guide: How to get a divorce - Ibikenewe kugira utandukane nuwo mwubakanye.
Sep 22, 2019
Furious debate over NSW abortion bill - Itegeko ryo gukuramwo inda rishavuje bamwe, rikanezereza abandi.
Sep 18, 2019
The benefits of mentoring - 'Umwana w'umubanyi yariyahuye afise imyaka 14'
Sep 14, 2019
Men tackles domestic violence in style - 'Umukenyezi umwe kuri indwi aricwa nuwo bubakanye'
Sep 13, 2019
'We can't go back to using a hoe' Africans say. - 'Twaje duhunze isuka' abany'Afrika babwira umurimyi muri Australia.
Sep 13, 2019
Do Burundians identifiy themselves with kirundi in Australia? - Abarundi boba bitwararika ikirundi iyo bageze mu makungu?
Sep 07, 2019
Akamaro ko gutegura imisi yawe yanyuma yo kubaho?
Sep 05, 2019
Controversy behind Burundian drums on East Africa Got Talent show - Ico aba n'abariya bashikiza ku ngoma zavugijwe mwi ihiganwa East Africa Got Talent
Sep 01, 2019
Settlement Guide: Children's right in Australia - Uburenganzira bw'abana muri Australia.
Aug 31, 2019
Decriminalizing abortion - Kwemeza itegeko rikorora imbanyi
Aug 28, 2019
Settlement Guide: What can parents do about bullying? - Umuvyeyi yokora iki mu gihe umwana wiwe anyuzuye canke akanyuzurwa?
Aug 25, 2019
How gadgets can ruin your child's life - Ingene terefone zifasha mu kwonona abana
Aug 20, 2019
Burundian first lady, a mother to more than 50 children - Umutambukanyi w'umukuru w'igihugu cu Burundi areze abana barenga 50
Aug 09, 2019
Burundi-Australia, diplomatic ties. - U Burundi bw'uguruye ibiro vy'ubuserukizi bwayo muri Australia
Aug 07, 2019
Playing soccer is like singing - Gukina umupira ni nko kuririmba
Aug 02, 2019
Landing a job as a muslim may be harder in Australia - Kuronka akazi nk'umwisiramu muri Australia biragoye.
Jul 31, 2019
Underpaid workers - Abakozi barihwa intica ntikize.
Jul 29, 2019
Private health Insurance - Igisata c'ubuvuzi bw'amagara y'abantu cigenga kirageramiwe
Jul 28, 2019
'Promote the Burundian culture through music',says Africa Nova - Icipfuzo ca Africa Nova 'Twoteza gute imbere umuziki biciye mu karanga?'
Jul 26, 2019
Settlement Guide: keeping Children safe online - Gukingira abana mw'ikoreshwa ry'imbuga hwaniro
Jul 23, 2019
Burundian musician legend Africa Nova speaks out - Africa Nova, uwudasanzwe muri kahise k'umuziki mu Burundi
Jul 21, 2019
Settlement Guide: What are the requirements when moving interstates? - Ivyo ukwiye kumenya imbere yo kwimukira muyindi ntara?
Jul 19, 2019
300 dead, but experts assures 'hope' - Abagera 300 bahitanywe n'ibicurane, ariko haracariho ivyizigiro
Jul 16, 2019
Tax cut plan - Igabanywa ry'amakori
Jul 14, 2019
What really happened to the Burundi national team in Egypt? - Ni igiki cabaye ku murwi w'Intamba mu Rugamba?
Jul 13, 2019
Settlement Guide: Minor offences - Amakosa mato mato woba utazi.
Jul 12, 2019
57th Independence's speech sparks different opinions among Burundians - Abarundi ntibatahura kimwe ijambo Pierre Nkurunziza yashikirije.
Jul 06, 2019
Indigenous artists - Abanyamyuga b'abasangwabutaka
Jul 05, 2019
20 805 days since Burundi's independence - Imisi 20.805 iraheze kuva u Burundi bwikukira.
Jul 03, 2019
Explosive weapons on children - Abana bahitanwa n'intambara
Jul 02, 2019
Victoria bans mobile phones at schools - Intara ya Victoria yasohoye itegeko ribuza amaterefone ngendanwa ku mashureschools
Jun 27, 2019
Settlement Guide: What is TAFE? - TAFE ni iki?
Jun 27, 2019
Settlement Guide: How to find the right family doctor? - Wohitamwo gute umuganga akuvura?
Jun 20, 2019
Refugee Jobseekers - Impunzi zirondera akazi
Jun 20, 2019
Migrants Discrimination - Ivangura rikorerwa abimukira na reta ya Australia
Jun 16, 2019
Men's over-representation in soaring suicide rates reflects 'a huge problem' - Abagabo benshi baguma biyahura ku bwinshi bikaba ari 'ikibazo kidasaznwe'
Jun 13, 2019
Settlement Guide: who is eligible for Medicare and how to enrol - Woronka gute ikarata yo kuvurwa ariyo 'Medicare'?
Jun 13, 2019
Settlement Guide: How does superannuation work? - Ikigega c'igihe ukukurutse wogitegura gute?
Jun 06, 2019
I don’t want to go to any more funerals: South Sudanese Australians speak out - Urwaruka rwo muri Sudani y'epho rurageramiwe n'ukwiyahura bivuye ku ndwara zo mu mutwe
Jun 06, 2019
Reconciliation week - Indwi yahariwe ukunywana
May 31, 2019
Happy birthday sbs kirundi - Isabukuru nziza sbs kirundi
May 24, 2019
Multicultural reaction to the federal election - Uko ndabibona, inyuma y'amatora
May 22, 2019
Whom are you voting for tomorrow? - 'Ejo nzotora nisunze...?'
May 17, 2019
Culturally diverse electorates could play key role - Amakominoti ashobora guhindura ibintu mu matora yimirije
May 16, 2019
Vaccinating children the key to reducing the harms from flu - Ukingiye abana ibicurane, uba ukingiye umuryango wose
May 10, 2019
More Australians drink 'to get drunk' - Abanya Australia benshi banywa inzoga kugira baboregwe
May 09, 2019
Settlement Guide: Understanding the NDIS - Umugambi wa reta wo gufasha abagendana ubumuga (NDIS)
May 09, 2019
Smoke Alarms crisis among non-English speaking Australians - 'Smoke Alarms' Abimukira boba bari mubaza kwisonga mubageramiwe n'impanuka z'imiriro yo mu nzu
May 03, 2019
'A Taste of African Cultures' in Shepparton - Igiteramo gihuza Abanyafrika 'A Taste of African Cultures' muri Shepparton
May 02, 2019
The World's first ever Malaria vaccine starts in Malawi - Urucanco rwa mbere rwa Malaria rutangujwe muri Malawi
May 02, 2019
Having a say in Australia is part of the democratic process - Gushikiriza iciyumviro cawe ni kimwe mu bigize demokarasi muri Australia
May 01, 2019
328 million dollars against Domestic violence - Imiriyoni 328 zama dorare mu kurwanya amabi akorerwa mu ngo
Apr 26, 2019
Diversity behind Anzacs - Ubutandukane hagati yaba "Anzacs"
Apr 25, 2019
Election 2019: Need to vote early? Here's how - Wotora gute imbere y'igihe?
Apr 18, 2019
Settlement Guide: Australia's political system - Uburongozi bwa poritike ya Australia buteguye gute?
Apr 18, 2019
Refugees with Disability - Impunzi zigendana ubumuga
Apr 12, 2019
Belgium apologises for its 'stolen generations' history in Africa - Ububirigi burasaba ikigongwe ku bana banyurujwe mu gihe c'ubukoroni muri Africa
Apr 11, 2019
Settlement Guide: the basics of banking - Wohitamwo gute ibanki ukoresha?
Apr 11, 2019
25th commemoration of the Rwandan genocide - Ibirori vyo kwibuka genoside yabereye mu Rwanda ku ncuro ya 25.
Apr 04, 2019
Settlement Guide: Avoid falling victim to online fraudsters - Kwirinda abambuzi baca ku ngurukanbumenyi
Apr 04, 2019
Obesity problems for migrant and indigenous communities - Ubuvyibuhe burenze mu ma kominoti y'abimukira n'abanyabutaka
Mar 28, 2019
Settlement Guide: Becoming an organ donor in Australia - Kugaba ibihimba vy'umubiri wawe kugira bifashe abandi mugihe uphuye bigenda gute?
Mar 28, 2019
Harmony day - Ubumwe mu ubudasa
Mar 23, 2019
Cyclone Idai strikes Mozambique - Igihuhusi Idai caraye cononye ibitari bike muri Mozambique
Mar 21, 2019
Settlement Guide: How to foster a child in Australia - Wofasha gute kurera umwana muri Australia?
Mar 21, 2019
Settlement Guide: The benefits of an online health record - Akamaro ko kubika ibijanye n'amagara yawe ukoresheje ingurukanabumenyi
Mar 19, 2019
Three new visa categories announced - Ubwoko butatu bushasha bw'impapuro zirekurira abantu gukora muri Australia
Mar 14, 2019
"I thought africans are few in australia!" - "Narinzi ngo abany' afrika turi bake muri Australia!"
Mar 13, 2019
Former child soldier wins an award - Umurundi yaraye yegukanye agashimwe muri Australia
Mar 09, 2019
Should you build or buy a house? - Kugura inzu yubatse canke kwubakisha?
Mar 07, 2019
Interview with Dr Manu Ndayisaba: 'Sydney Gay and Lesbian Mardi Gras make us feel supported' - Manu Ndayisaba aratubwira ko: ' isabukuru rya Mardi Gras ritwereka ko dushigikiwe'
Mar 07, 2019
Women from diverse background face cyber attack - Abakenyezi bava mu mihingo itandukanye baranyuzurwa biciye k'ubuhinga ngurukana bumenyi.
Mar 06, 2019
How to watch the 2019 Sydney Mardi Gras parade? - Wokurikirana gute urugendo rwo kwigina Mardi Gras?
Feb 28, 2019
What's so special about Sydney's Mardi Gras? - Ni igiki kiranga isabukuru rya 'Mardi Gras'?
Feb 28, 2019
Refugee Alternatives Conference 2019 - Inama ijanye n'agateka k'abimukira 2019
Feb 21, 2019
Settlement Guide: How does the youth justice system work in Australia? - Ubutungane bw'abakiri bato muri Australia
Feb 21, 2019
An 80 years old goes back to school. - Umatama w'imyaka 80 yasubiye mw'ishuri.
Feb 20, 2019
Challenges of landing a dream job in Australia. - Vyoba vyoroshe gute canke bikomeye gute kuronka akazi wipfuza muri Australia?
Feb 15, 2019
Viva: How to succeed at online dating? - Viva: Urondera gute umukunzi uciye ku ngurukanabumenyi?
Feb 14, 2019
How are young multicultural people faring? - Urwaruka rukomoka mu bindi bihugu rwifashe gute?
Feb 12, 2019
Bye 2018 year of dog, welcome year of pig - Abashinwa bahaye ikaze umwaka wa 2019 wataziriwe uw'ingurube.
Feb 08, 2019
How to get involved with your children's school? - Wofasha gute abana bawe mu bijanye n'amashure?
Feb 07, 2019
Ten countries, one voice. - Kwihangana, n'ukubabariranirana ni bimwe mu vyivugo bigize Afrofest.
Feb 05, 2019
'Caring for a child isn't only for women, it is every parent's duty' - 'Indero si iya umwe, ni iya babiri'
Jan 31, 2019
World Cancer Day 2019 - Umusi mpuzamakungu wahariwe indwara ya kanseri
Jan 31, 2019
Scholarship opportunity for interpreters including Kirundi speakers in NSW - Pororgaramu nshasha yo kwiga gusemura ku buntu harimwo n'ikirundi
Jan 31, 2019
Deadly attack on Nairobi luxury hotel and office precinct - Igitero cabaye kw'ihoteri y'i Nairobi cishe abantu barenga mirongwibiri
Jan 17, 2019
The Burundian Community in Melbourne wishes you a happy new year! - Abarundi baba muri Melbourne barabatasha muri uno mwaka mushasha
Jan 15, 2019
Welcoming Jean Paul Amédée Nizigama, a new addition to SBS Kirundi - SBS Kirundi irahaye ikaze Jean Paul Amédée Nizigama
Jan 10, 2019
The Burundian Community in Sydney celebrates Christmas and New year 2019 - Abarundi baba muri Sydney Barahimbaje Noweri n'umwaka mushasha w'2019
Jan 10, 2019
Australia brings in 2019 with a bang - Ingene Australia yatanguye umwaka w'2019
Jan 10, 2019
The do's and don'ts of visiting a national park - Ivyo wokwibuka mu gihe utembereye mu mashamba acungerewe mu gihugu
Jan 02, 2019
Why playgroups are good for children and parents - Waruzi ko ibibanza vyo gukiniramwo atari ivy'abana gusa ahubwo bifasha n'abavyeyi?
Dec 26, 2018
Burundians prepare for Christmas and New year 2019 - Abarundi baritegurira Noweri n'umwaka mushasha w'2019
Dec 22, 2018
International Migrants Day celebrations by the African Community in Mildura - Kominoti y'Abanyafrika bo muri Mildura irahimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe abimukira
Dec 20, 2018
What is holiday care and how to find free activities for children? - Ni ibihe bibanza wojanamwo abana gukina mu kiruhuko?
Dec 20, 2018
How did Burundian royal drums get to Melbourne? - Ingoma zivuzwa muri Melbourne zavuye he?
Dec 14, 2018
#HearMeToo: 16 days of Activism against Gender-Based Violence - #NyumvirizaNanje: imisi 16 yahariwe kurwanya amabi akorerwa abakenyezi
Dec 06, 2018
Multicultural groups upset over changes to migrant welfare - Ni igiki kigiye guhinduka ku mfashanyo itangwa ku baza kuba mu gihugu?
Dec 06, 2018
Smacking children - Uhana umwana gute?
Nov 30, 2018
World AIDS Day - Umusi mpuzamakungu wahariwe kurwanya SIDA
Nov 30, 2018
How easy is it to get an Australian driver's license? - Uronka gute iperemi yo kunyonga umuduga muri Australia?
Nov 22, 2018
How easy is it to get an Australian driver's license?
Nov 22, 2018
Pacifique Ndayisaba reflects on the role of African Australians in strengthening Australia's multiculturalism - Pacifique Ndayisaba aratubwira akamaro ko gukorera hamwe mu gutora inyishu z'ibibazo abanyafrika bafise muri Australia
Nov 22, 2018
Elvis Kamsoba tells us what it means being the first winner of the Michael Cockerill Medal in Australia - Elvis Kamsoba aratubwira umunezero wo kuba umurundi wa mbere atahukanye umudari wa Michael Cockerill muri Australia
Nov 15, 2018
What is drug and alcohol addiction? - Waruzi kurengeje inzoga zibiri ku musi bifise ingaruka mbi ku magara yawe?
Nov 15, 2018
Modelling Respect and Equality (MORE): a program to start conversations on respect and equality in communities - Icigwa gishasha gifasha imibano myiza hagati y'abagabo n'abagore
Nov 13, 2018
3 things you should know about being a carer - Aline Karangwa aratubwira ibintu bitatu womenya ku bijanye n'umwuga wo gufasha abari mu za bukuru canke abafise ubumuga
Nov 08, 2018
The benefits of volunteering - Akamaro k'ukwitanga
Oct 25, 2018
The Burundian Community in Queensland celebrates Independence and Democracy heroes - Ibirori vy'ukwibuka incungu y'intahe y'ukwikukira niya demokarasi muri Queensland
Oct 25, 2018
Beltrand Habiyakare explains the benefits of being a polyglot - Beltrand Habiyakare atuyagira akamaro ko kumenya indimi
Oct 18, 2018
How to access mental health support? - Kuyinga canke gusara bisigura iki?
Oct 09, 2018
The resilience of Burundian migrants when told they are not welcomed - Amajambo mabi abwirwa Abirabure n'ingene umuntu ayarengera
Oct 04, 2018
Heart disease is the leading cause of death in Australia - Twiteho imitima yacu: Icivugo c'umusi mpuzamakungu wahariwe umutima
Sep 27, 2018
How to send money overseas? - Ukurungika amahera hanze
Sep 20, 2018
Fablice Manirakiza speaks on the power of education at the 2018 AMEP-SEE Forum in Canberra - Fablice Manirakiza umurundi yashikirije akamaro k'amashure mu nama ya AMEP-SEE i Canberra
Sep 20, 2018
Understanding your electricity bill - Ukuriha fagitire y'umuyagankuba
Sep 13, 2018
What to do when you get a fine and how to fight it? - Wokora iki mu gihe baguciye amande?
Sep 07, 2018
Bernice Kamikazi, an advocate for refugee rights at the Global Summit of Refugees, Geneva 2018 - Bernice Kamikazi, umurundikazi yaserukiye Austrariya mu nama mpuzamakungu yo guharanira agateka k'impunzi i Geneva 2018
Sep 07, 2018
What child care options can you access ? - Rosine na Bernice baratubwira child care bakoresha
Aug 30, 2018
Life as a Kirundi speaker in Queensland - Ubuzima bwo muri Queensland bumeze gute?
Aug 23, 2018
How to become an Australian citizen - Ni gute woronka ubwenegihugu bwa Australia?
Aug 23, 2018
Mayors make a stand for South Sudanese communities - Abakuru b'ibisagara barashigikiye kominoti y'aba Sudani
Aug 16, 2018
Changes to Australian visas: What to expect in 2018? - Ihinduka ry’ibijanye n’impapuro z’inzira muri Austrariya
Aug 16, 2018
Homelessness in Australia - Ukutagira aho uba muri Austrariya
Aug 09, 2018
Burundian Dance Group: Inyambo - Burundian Dance Group: Inyambo
Aug 02, 2018
What to do if someone you know is the victim of domestic violence - Amabi akorerwa mu ngo no mu miryango
Aug 02, 2018
Legal Aid in Australia explained - Wotegera ibijanye n’ubutungane gute?
Jul 26, 2018
Celebrations of the 56th Burundian Independence in Sydney - Ibirori vyo guhimbaza ukwikukira kw'uburundi muri Sydney
Jul 26, 2018
How do I pay for my studies in Australia - Kuriha amashure ya kaminuza muri Austrariya
Jul 19, 2018
How to apply for a loan in Australia - Gusaba ingurane muri Austrariya
Jul 12, 2018
7 things you should know about Australia’s First Peoples - Abasangwabutaka bo muri Austrariya
Jul 05, 2018
Burundi Independence Day Celebration - Umunezero udasanzwe igihe Abarundi bahimbaza ibirori vy’ukwikukira
Jul 03, 2018
How to get mental health support in Australia - Ingwara zo mu mutwe zishobora gushikira uwari wese
Jun 28, 2018
'What doesn't kill you make you stronger' - 'Iyo utarabona umukara ntumenya ko umuco ubaho'
Jun 26, 2018
Refugee Week 2018 - Indwi yahariwe impunzi muri Austrariya
Jun 21, 2018
Four things that can increase your job search - Ibintu bine wokoresha mu kurondera akazi
Jun 21, 2018
How to apply for a Tax File Number - Kurondera inomero igufasha kuriha ikori
Jun 14, 2018
What is a tax return? How do I do it? - Ibintu ukeneye kumenya mu gusaba insubizo kw'ikori uba waratanze
Jun 06, 2018
Strategies you can employ to get a job interview in Australia - Uburyo bwo kurondera umubonano wo gusaba akazi muri Austrariya
Jun 05, 2018
The Burundian Community in Melbourne welcomes the new SBS Kirundi Service - Abarundi baba mu ntara ya Victoria baragaragaza umunezero ku biganiro bishasha vya SBS mu Kirundi
May 26, 2018
Welcome to SBS in Kirundi - SBS mu Kirundi irabahaye ikaze
May 25, 2018
How to access free translating and interpreting services in Australia - Uburyo ushobora kuronka umusemuzi ku buntu
May 24, 2018
Migrant workers have the same rights as Australians - Ni ayahe mategeko akugenga mu kazi kawe ka misi yose?
May 24, 2018